19-25 Ruheshi
2 NGOMA 34-36
Ururirimbo rwa 97 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba uriko urungukira bimwe bishitse kw’Ijambo ry’Imana?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 35:20-23—Ni imburi iyihe dukura ku vyashikiye umwami mwiza Yosiya? (w17.03 27 ing. 15-17)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 35:1-14 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, muce muganira muri make ibiri ahavuga ngo “Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya.” (th icigwa ca 7)
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)
Insiguro: (Imin. 5) w17.09 25-26 ing. 7-10—Umutwe: Nureke ububasha bw’Ijambo ry’Imana bukore mu ndimiro. (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba uriko urakoresha neza Bibiliya yafashwe amajwi?”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 48 iciyumviro ca 5 na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 117 n’isengesho