Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Yehova arafise uburyo bwo kuguha ibiruta ivyo”

“Yehova arafise uburyo bwo kuguha ibiruta ivyo”

Amaziya yarahereye ingabo kugira arwanye abansi b’Imana (2Ng 25:5, 6)

Umuntu w’Imana yahanuye Amaziya gusubiza inyuma izo ngabo (2Ng 25:7, 8; it-2 1186 ing. 3)

Yehova yari gushobora gusubiza Amaziya ibiruta ivyo yari kuba yahomvye vyose mu vy’ubutunzi (2Ng 25:9, 10)

NIWIBAZE UTI: ‘Ni ibintu ibihe noheba kugira ndushirize gukorera Yehova mu buryo bushitse? Ni imihezagiro iyihe nokwironkera ndabigize?’​—Ml 3:10; w21.08 30 ing. 16.