26 Ruheshi–2 Mukakaro
EZIRA 1-3
Ururirimbo rwa 75 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nureke Yehova agukoreshe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Ezr 1:5, 6—Twokwigira iki ku Bisirayeli bamwebamwe bagumye i Babiloni? (w06 15/1 19 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Ezr 2:58-70 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 10: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuronkere umunezero mu gutanguza ibiyago”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 49 iciyumviro ca 1-5
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 132 n’isengesho