29 Rusama–4 Ruheshi
2 NGOMA 28-29
Ururirimbo rwa 54 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Urashobora gukorera Yehova naho abavyeyi batoba barakubereye akarorero keza”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 29:25—Akarorero ka Natani katwigisha iki ku bijanye n’ivyiza biva ku kwemera gukosorwa na Yehova? (w12 15/2 24-25)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 28:1-11 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 19)
Inyigisho: (Imin. 6) lff icigwa ca 10 iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yehova ‘ni se w’impfuvyi’”: (Imin. 8) Guhana ijambo be n’ividewo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin.7)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 47
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 86 n’isengesho