8-14 Rusama
2 NGOMA 20-21
Ururirimbo rwa 118 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwizere Yehova Imana yawe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Ng 21:14, 15—Ubuhanuzi Eliya yavuze ku vyerekeye Yehoramu bwarangutse gute? (it-2 1190 ing. 5-6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Ng 20:20-30 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Bibiliya—Ivy 21:3, 4. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 09: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba witeguriye ingorane mu vy’ubutunzi?”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo. Gishikirizwe n’umukurambere. Numenyeshe ivyibukijwe bivuye ku biro vy’ishami canke ku nama y’abakurambere nimba bihari.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 45 iciyumviro ca 1-3
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rushasha rwo mw’ihwaniro ryo mu 2023 n’isengesho