10-16 Ruheshi
ZABURI 48-50
Ururirimbo rwa 126 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. Bavyeyi, nimufashe umuryango wanyu kurushiriza kwizigira ishirahamwe rya Yehova
(Imin. 10)
Nufashe abana bawe kwiyegereza Yehova n’ishirahamwe ryiwe (Zb 48:12, 13; w22.03 22 ing. 11; w11 15/3 19 ing. 5-7)
Niwigishe abana bawe kahise k’ishirahamwe rya Yehova (w12 15/8 12 ing. 5)
Biciye ku karorero utanga, niwigishe umuryango wawe gukurikiza ubuyobozi butangwa n’ishirahamwe rya Yehova (Zb 48:14)
ICO MWOKORA MU GUSENGA KWO MU MURYANGO: Rimwe na rimwe nimuze muraraba imwe mu mavidewo ari kuri jw.org mu gice kivuga ngo «Ishirahamwe ryacu» maze muyiganireko.
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
-
Zb 49:6, 7—Ni ibiki Abisirayeli bari bakwiye kugumiza ku muzirikanyi ku bijanye n’ubutunzi bwabo? (it-2 799)
-
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 50:1-23 (th icigwa ca 11)
4. Ubutinyutsi—Ivyo Yezu yakoze
(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 6 iciyumviro ca 1-2.
5. Ubutinyutsi—Niwigane Yezu
(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 6 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»
Ururirimbo rwa 73
6. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 15)