Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

13-19 Rusama

ZABURI 38-39

13-19 Rusama

Ururirimbo rwa 125 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Niwirinde kuguma wiyagiriza birenze urugero

(Imin. 10)

Kwiyagiriza birenze urugero bimeze nko kwikorera umuzigo uremereye (Zb 38:3-8; w20.11 27 ing. 12-13)

Aho kugumiza umutima ku bicumuro wakoze muri kahise, niwiyemeze gukora ibihimbara Yehova (Zb 39:4, 5; w02 15/11 20 ing. 1-2)

Nusenge naho vyoba bitakworohera kubera kwiyagiriza (Zb 39:12; w21.10 15 ing. 4)

Nimba wiyagiriza birenze, niwibuke ko Yehova ababarira «cane» abacumuzi.​—Yes 55:7.

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 39:1​—Ni ryari vyoba ngombwa ko dushira mu ngiro ingingo ngenderwako idusaba ‘kwugara umunwa wacu’? (w22.09 12 ing. 16)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Ukwigengesera​—Ivyo Pawulo yakoze

(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 5 iciyumviro ca 1-2.

5. Ukwigengesera​—Niwigane Pawulo

(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 5 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 44

6. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 84 n’isengesho