Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

17-23 Ruheshi

ZABURI 51-53

17-23 Ruheshi

Ururirimbo rwa 89 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Ivyo wokora kugira wirinde gukora amakosa akomeye

(Imin. 10)

Ntiwiyizigire; abantu bose bafise impengamiro yo gukora ikibi (Zb 51:5; 2Kr 11:3)

Nugume ukora ibintu bikomeza ubucuti ufitaniye na Yehova (Zb 51:6; w19.01 15 ing. 4-5)

Nurwanye ivyiyumviro n’ivyipfuzo bihumanye (Zb 51:10-12; w15 15/6 14 ing. 5-6)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 52:2-4​—Iyo mirongo itubwira iki ku bijanye na Dowegi? (it-1 663)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 2) KU MUGARAGARO. (lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 3)

5. Gutanguza ikiyago

(Imin. 2) INZU KU NZU. (lmd icigwa ca 4 iciyumviro ca 4)

6. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. Numubwire izina ry’Imana. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 5)

7. Guhindura abantu abigishwa

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 115

8. Ivyo wokora kugira ukosore amakosa wakoze

(Imin. 15) Guhana ijambo.

Naho twinanata uko dushoboye kwose, twese turakora amakosa. (1Yh 1:8) Bishitse tugakora amakosa, ntidukwiye kwigera tureka ngo ibimaramare canke gutinya ivyodushikira bitubuze kwitura Yehova ngo atubabarire yongere adufashe. (1Yh 1:9) Ikintu ca mbere dukwiye gukora kugira dukosore amakosa twakoze, ni ugusenga Yehova.

Soma Zaburi 51:1, 2, 17. Nuce ubaza uti:

  • Ni gute amajambo Dawidi yavuze yotuvyurira umutima wo kwitura Yehova ngo adufashe igihe twakoze ikosa rikomeye?

Nimurabe IVIDEWO Ubuyabaga bwanje​—Nokosora gute amakosa yanje? Nuce ubaza uti:

  • Ni ibintu bimwebimwe ibihe vyatumye Thalila na José bakora amakosa?

  • Ni ibiki bakoze kugira bakosore ayo makosa?

  • Vyabagiriye akamaro akahe?

9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 129 n’isengesho