Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

24-30 Ruheshi

ZABURI 54-56

24-30 Ruheshi

Ururirimbo rwa 48 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Imana iri ku ruhande rwawe

(Imin. 10)

Nk’uko Dawidi yagize, niwiheke kuri Yehova igihe ufise ubwoba (Zb 56:1-4; w06 1/8 22 ing. 10-11)

Yehova araha agaciro ukwihangana kwawe kandi azogufasha (Zb 56:8; cl 243 ing. 9)

Yehova ari ku ruhande rwawe. Ntazoreka ngo hagire ikintu na kimwe kikugirira nabi (Zb 56:9-13; Rm 8:36-39; w22.06 18 ing. 16-17)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 55:12, 13​—Yehova yoba yari yarategekanije imbere y’igihe ko Yuda azohemukira Yezu? (it-2 646)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) KU MUGARAGARO. Numubwire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 11)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. (lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 4)

6. Insiguro

(Imin. 5) w23.01 29-30 ing. 12-14​—Umutwe: Urwo dukunda Kristu ruratuma tugira umutima rugabo. Raba ishusho. (th icigwa ca 9)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 153

7. Turashobora guhimbarwa . . . Naho twoba duhanganye n’inkota

(Imin. 5) Guhana ijambo.

Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:

  • Ni ibiki wigiye ku vyashikiye umuvukanyi Dugbe vyogufasha igihe ufise ubwoba?

8. Ibirangurwa n’ishirahamwe vyo muri Ruheshi

(Imin. 10) Nimurabe IVIDEWO.

9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 70 n’isengesho