3-9 Ruheshi
ZABURI 45-47
Ururirimbo rwa 27 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. Ururirimbo rwerekeye ubugeni bw’Umwami
(Imin. 10)
Zaburi ya 45 iravuga ivyerekeye ubugeni bw’Umwami Mesiya (Zb 45, 1, 13, 14; w14 15/2 9-10 ing. 8-9)
Ubwo bugeni bw’Umwami buzoba inyuma ya Harumagedoni (Zb 45:3, 4; w22.05 17 ing. 10-12)
Abantu bose bazokwironkera imihezagiro kubera ubwo bugeni (Zb 46:8-11; it-1 1041)
NIWIBAZE UTI: «Umutima wanje woba ‘uryoherwa’ no gutangaza inkuru nziza yerekeye Umwami wacu Yezu Kristu?»—Zb 45:1.
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
-
Zb 45:16—Uyu murongo utwigisha iki ku bijanye n’ukuntu ubuzima buzoba bumeze mw’Iparadizo? (w17.04 11 ing. 9)
-
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 45:1-17 (th icigwa ca 5)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. (lmd icigwa ca 1 iciyumviro ca 3)
5. Insiguro
(Imin. 5) ijwbv 26—Umutwe: Ibivugwa muri Zaburi 46:10 bisobanura iki? (th icigwa ca 18)
6. Gusigura ivyo wemera
(Imin. 4) Umwerekano. g 12/10 22-23—Umutwe: Ubona gute ivy’abahuza ibitsina babisangiye? (lmd icigwa ca 6 iciyumviro ca 5)
Ururirimbo rwa 131
7. Nubandanye kugaragariza urukundo uwo mwubakanye
(Imin. 10) Guhana ijambo.
Ubugeni kiba ari ikiringo giteye umunezero. (Zb 45:13-15) Akenshi, ku musi w’ubugeni abarushinze baba bahimbawe kuruta ikindi gihe cose mu buzima bwabo. None bokora iki kugira bazogumane uwo munezero mu mubano wabo?—Ums 9:9.
Kugaragarizanya urukundo ni co kintu nyamukuru gituma abubakanye bahimbarwa. Abubakanye bakwiye kwigana akarorero ka Izahaki na Rebeka. Bibiliya ivuga ko n’inyuma y’imyaka irenga 30 barushinze, bari bakigaragarizanya urukundo rugera kure. (It 26:8) Abubakanye bokora iki kugira bigane akarorero kabo?
Nimurabe IVIDEWO Icotuma muhimbarwa mu mubano wanyu: Nimwiyumvanemwo. Nuce ubaza uti:
-
Ni ibiki bishobora gutuma abubakanye bataba bakigaragarizanya urukundo nka mbere?
-
Ni igiki abubakanye bokora kugira umwe wese yumve ko akundwa kandi yitwararikwa?—Ivk 20:35
8. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 5)
9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 10 ing. 13-21