Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Amahoro ameze nk’uruzi

Amahoro ameze nk’uruzi

Voma:

  • Amanota y’umuziki

  1. 1. Ubuzima ubu ntibworoshe,

    Birashika tukagir’ubwoba.

    Iyo duhagarits’umutima,

    Twituy’Imana turarema.

    (ICITABIRIZO)

    Iduh’amahoro menshi​—

    Nk’uruzi rudakama​—

    Be n’icizigiro.

    Iraduha n’inkomezi kandi ntiduta.

    Tuzironker’amahoro, nk’uruzi rudakama.

  2. Mutakambire mw’isengesho,

    Iman’irakwumva nuvyizere.

    Yiteguriye kuturemesha

    Kubera ko idukunda.

    (ICITABIRIZO)

    Iduh’amahoro menshi​—

    Nk’uruzi rudakama​—

    Be n’icizigiro.

    Iraduha n’inkomezi kandi ntiduta.

    Tuzironker’amahoro, nk’uruzi rudakama.

    (ICITABIRIZO)

    Iduh’amahoro menshi​—

    Nk’uruzi rudakama​—

    Be n’icizigiro.

    Iraduha n’inkomezi kandi ntiduta.

    Tuzironker’amahoro, nk’uruzi rudakama.