Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ubuzima Nyakuri

Ubuzima Nyakuri

Voma:

  1. 1. Niyumviriye uk’ubuzima buzoba mw’isi nshasha,

    Ibidutera ubwoba vyagiye.

    Emwe birandengera.

    Tuzoduga ku misozi, bituryohere.

    Izo n’ingabire ziva kuri Yehova.

    (INTEGUZA)

    Ariko, reka turindire

    (ICITABIRIZO)

    Ah’azoshits’ivyo yasezeranye maze tumuhaye.

    Ico gihe nta co tuzobura kand’azoduha

    Bwa buzima.

  2. 2. Tuzokora, dutungany’isi nshasha​—mbeg’ubuzima bwiza.

    Kw’isi yose, tuzoba duhimbawe​—agatweng’ari kose.

    Tuzokoror’amosozi​—y’umunezero.

    Iparadiz’iraduha icizigiro.

    (ICITABIRIZO)

    Kukw’azoshits’ivyo yasezeranye maze tumuhaye.

    Ico gihe nta co tuzobura kand’azoduha

    Bwa buzima.

    (IKIRARO)

    Nzokwama nzirikan’imihango

    Yehova yatanze, kuko vuba tuzoyibonera.

    (ICITABIRIZO)

    Kukw’azoshits’ivyo yasezeranye maze tumuhaye.

    Ico gihe nta co tuzobura kand’azoduha

    (ICITABIRIZO)

    Azoshits’ivyo yasezeranye maze tumuhaye

    Ico gihe nta co tuzobura kand’azoduha

    Bwa buzima.

    (INSOZERO)

    Turonke​—turonke

    Bwa buzima.

    Turonke​—turonke

    Bwa buzima.

    Turonke​—turonke

    Bwa buzima.

    Turonke​—turonke

    Bwa buzima.