Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Nunyiyegereze

Nunyiyegereze

Voma:

  1. 1. Numva nisanze.

    Yehova yaranyakiriye iwe.

    Nabur’uwo nganyira.

    Non’ubu ni we nitura.

    Yama ampumuriza,

    Nkumva ko ndi mu bandi.

    (ICITABIRIZO)

    Yehov’ambwir’ati: «Nyegera

    Nanje nzokwegera.

    Nzogufasha, ubone

    Ivyiza nkubonamwo,

    Niwanyiyegereza.»

  2. 2. Numva niyanse

    Nibutse ivya kahise kanje kabi.

    Nguma niyagiriza.

    Nsenga Yehova ngo bimvemwo.

    Nibutse yukw’ankunda

    Nshir’umutima mu nda.

    (ICITABIRIZO)

    Yehov’ambwir’ati: «Nyegera,

    Nanje nzokwegera.

    Nzogufasha, ubone

    Ivyiza nkubonamwo,

    Niwanyiyegereza.»

    (IKIRARO)

    Mbere ntaranamumenya,

    Yambonyemw’iciza.

    Nzomuseng’ibihe vyose,

    We Man’ikomeye.

    (ICITABIRIZO)

    Yehov’ambwir’ati: «Nyegera,

    Nanje nzokwegera.

    Nzogufasha, ubone

    Ivyiza nkubonamwo

    Niwanyiyegereza.»