Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urukundo rwa kivukanyi

Urukundo rwa kivukanyi

Voma:

  1. 1. Ah’uja hos’uhasang’umuryango,

    Kuko hos’abasavyi ba Yehova bariho.

    Urisanga

    Mu rukundo

    Rwa kivukanyi.

    Urisanga.

  2. 2. Kw’isi yose har’abavukanyi

    Bayobokera Yehova na Kristu

    Bakwereka

    Urukundo

    Rwa kivukanyi.

    Urisanga.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova atwitaho twese,

    Nta wibagirwa.

  3. 3. Wab’uba mu gihugu hagati,

    Canke uba mu gisagara kinini,

    Na wewe

    Uri mu basavyi b’Imana.

    Urisanga.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova atwitaho twese,

    Nta we yibagira.

    (IKIRARO)

    Isi yo yamez’amenyo,

    Yuzuyemw’akarenganyo.

    Es’ingen’ari vyiza kuba

    Mu muryango wa Yehova!

  4. 4. Yezu yatwigishij’urukundo.

    Twese rero ubu dufatanye mu nda.

    Kandi nawe

    Kaze muri uwo muryango.

    Urisanga

    Urisanga.