Ndakunda kugira isuku
Voma:
1. Yehov’akund’isuku.
Yasukuye n’isi.
Azonezerwa nshize ibikinisho hamwe.
Yehov’akund’isuku.
Naje ndarikunda.
2. Yehov’akund’isuku.
Natwe tumwigane.
Nzosukura mu cumba, mfashe no kwoz’ivyombo.
Yehov’akund’isuku.
Naje ndarikunda.
3. Yehov’akund’isuku.
Kand’aradufasha.
Turanezerwa cane iyo tugiz’isuku.
Yehov’akund’isuku.
Naje ndarikunda.