Nusengere abandi
Voma:
1. Ndazi ko Yehov’ankunda
Be n’abandi bose.
Nzokwama ndabasengera
Ngo Yehov’abafashe.
Nzosabir’abababaye,
Nsabire papa na mama,
N’abavukanyi bapfunzwe
Kugira bashikame.
Ayo masengesho
Barayakeneye.
Nzorab’ivyo mvuga
Hamwe n’abo nosengera.
Igihe dusenga
Biva ku mutima,
Yehova aratwumva.
Nzokwama ndamusenga.