Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

URURIRIMBO RWA 123

Tugamburuke ubuyobozi tudahemuka

Tugamburuke ubuyobozi tudahemuka

(1 Abakorinto 14:33)

  1. 1. Abantu b’Imana baramamaza

    Kwa kuri kw’Ubwami kw’agatangaza.

    Tewokrasi bama bayiyoboka.

    Bama bunz’ubumwe batadohoka.

    (ICITABIRIZO)

    Kugamburuka tudahemuka

    Ni ’kintu dusabwa.

    Biraturinda, shir’amazinda.

    Turemera kugabwa.

  2. 2. Ya mpwemu hamwe na wa mubwiriza

    Bizotuyobora nitwumviriza.

    Yehova twame tumuter’iteka,

    Tugume twigisha ivy’ategeka.

    (ICITABIRIZO)

    Kugamburuka tudahemuka

    Ni ’kintu dusabwa.

    Biraturinda, shir’amazinda.

    Turemera kugabwa.